Siren Vibes TV
Siren Vibes TV
  • Видео 1 473
  • Просмотров 16 869 785

Видео

MAMAN JESSY ARATURITSE ARARIRA😭/Mbega Agahinda😭/umuryango wose urahungabanye kubw’uyu mwana peee🥹
Просмотров 3,2 тыс.12 часов назад
#burundi #dufasheJesskuri79820410
Niwumva iyi ntahe urumirwa/Barankubise Meze NKUWAPFUYE baca bamfata ku nguvu mvyara umwarabu😭
Просмотров 20 тыс.14 часов назад
#burundi #myjourney #sirenvibestv
Girlfriend:Abana bugare amatwi🔞kudaheza (orgasm) k’umugore ni ikibazo gikomeye🤦🏽‍♀️/birababaje cane
Просмотров 31 тыс.19 часов назад
#burundi #girlfriends #viedecouple
Mbega Umuvyeyi Yataye Uruhinja Yavyaye Gute?😭/Nagize agahinda kageretse ku Kandi🥹/intahe ya Meme
Просмотров 7 тыс.21 час назад
#burundi #funandfacts #adoption
Ubuzima MIJURIRO Mathias abamwo buteye ikigongwe n’umubabaro/umutamakazi wiwe ati aha nararushe😭💔
Просмотров 5 тыс.День назад
#oldmusic #akiwacu #burundi
Tasha Oda na Alvin Smith ngo bari mu Rukundo? Nirnah nawe?/impamvu Alvin yama mu bintu vya Tasha
Просмотров 11 тыс.День назад
#burundi #Alvinsmith #burundi
Meet The Famous Burundian Youtuber in China 🇨🇳 WABUJA🔥/WHY BURUNDIANS DON’T know him as Chinese?😳
Просмотров 14 тыс.День назад
#china #burundi #hosyirakoze #wabuja
Ijambo Imana yarungikanye Evrard Franck ry’uyu musi/Uhora wibaza urugezo ufise rwo kwizera Imana??
Просмотров 54514 дней назад
#worshiptime #burundi #ijamboryimana
Hosy akigera China 🇨🇳 yashitse aronka umu chri😂/ukuntu bavugana😩😩/Vlog yivyamutwayeyo
Просмотров 43 тыс.14 дней назад
#china #burundi #hosyirakoze
Ubuho Kigingi arabica imbavu zitonekare😭🤣😂/Yishikiye ku ntebe ishushe ya #BiriHot🔥
Просмотров 20 тыс.21 день назад
#birihot #kigingi #burundi
Muratwenga muhweree😭🤣/urukundo rwa Raoul Comédien na Chrie wiwe n’igisoda🤣/Hosy yamwicaritse hasi😭
Просмотров 54 тыс.21 день назад
Muratwenga muhweree😭🤣/urukundo rwa Raoul Comédien na Chrie wiwe n’igisoda🤣/Hosy yamwicaritse hasi😭
Abagenzi banyise SEXY kugira bambabaze🥹/kuba mfise plus de 30ans ntararongogwa avant Vyaranduhisha
Просмотров 13 тыс.21 день назад
Abagenzi banyise SEXY kugira bambabaze🥹/kuba mfise plus de 30ans ntararongogwa avant Vyaranduhisha
Turahwereye no gutwenga🤣😭/KIGINGI YAMYE ARI IKIRORI🤣/Papa yarazi ko ngwaye mu mutwe😂/My Journey
Просмотров 61 тыс.21 день назад
Turahwereye no gutwenga🤣😭/KIGINGI YAMYE ARI IKIRORI🤣/Papa yarazi ko ngwaye mu mutwe😂/My Journey
Pastor Lopez: Umusi nkizwa nashitse nkubitwa cane n’abavyeyi/nabaye pasteur ndi umusore w’imyaka 25😳
Просмотров 8 тыс.28 дней назад
Pastor Lopez: Umusi nkizwa nashitse nkubitwa cane n’abavyeyi/nabaye pasteur ndi umusore w’imyaka 25😳
Davina avuze n’ishavu ryinshi ukuntu Alvin Smith atamufasha kurera umwana/kuri Dj Fernando na Kadie
Просмотров 26 тыс.28 дней назад
Davina avuze n’ishavu ryinshi ukuntu Alvin Smith atamufasha kurera umwana/kuri Dj Fernando na Kadie
Mow Kanzie na Melanin Boy bagira bahaturire mu Rugombo🔥
Просмотров 9 тыс.28 дней назад
Mow Kanzie na Melanin Boy bagira bahaturire mu Rugombo🔥
IMPUNDU IMPUNDU IMPUNDU muri FUN&FACTS😍/NIKITA WACU YIBARUTSE UMUHUNGU MWIZA😍/surprise mu Bitaro🥰
Просмотров 25 тыс.Месяц назад
IMPUNDU IMPUNDU IMPUNDU muri FUN&FACTS😍/NIKITA WACU YIBARUTSE UMUHUNGU MWIZA😍/surprise mu Bitaro🥰
Drama T, Vania Ice na Sat B basubiriye kuronka deal ya Union Europeenne muri CARAVANE DU RIRE🤩
Просмотров 1,3 тыс.Месяц назад
Drama T, Vania Ice na Sat B basubiriye kuronka deal ya Union Europeenne muri CARAVANE DU RIRE🤩
Mbega umuvyeyi atera inkuru😂/Abarundikazi twarashaza cane/Itandukaniro y’INTATANA z’Ubu niza kera
Просмотров 3,2 тыс.Месяц назад
Mbega umuvyeyi atera inkuru😂/Abarundikazi twarashaza cane/Itandukaniro y’INTATANA z’Ubu niza kera
Mbega abantu babi😭Izi nguvu zo gutabura umuvyeyi yavyaye uyu mugabo yazikuye he😭/Love in Action❤️
Просмотров 4,4 тыс.Месяц назад
Mbega abantu babi😭Izi nguvu zo gutabura umuvyeyi yavyaye uyu mugabo yazikuye he😭/Love in Action❤️
Hosy Avuze ibanga rya Rasko rizi bake😂/imyitwarire mibi yaba star bamwe bamwe/Kuri Dudu T NIYUKURI
Просмотров 6 тыс.Месяц назад
Hosy Avuze ibanga rya Rasko rizi bake😂/imyitwarire mibi yaba star bamwe bamwe/Kuri Dudu T NIYUKURI
Umurundikazi bavuga ko asa na Knowles😍/yaramamaye kuri Tiktok/Ntibintera isoni kwitwa uwa Ruguru pee
Просмотров 21 тыс.Месяц назад
Umurundikazi bavuga ko asa na Knowles😍/yaramamaye kuri Tiktok/Ntibintera isoni kwitwa uwa Ruguru pee
Ibisanga vyashikiye SIMBIZI kuri Mariage yiwe kuri BATA/Intahe ya Maman wiwe/uBumuga bw’umugore wiwe
Просмотров 17 тыс.Месяц назад
Ibisanga vyashikiye SIMBIZI kuri Mariage yiwe kuri BATA/Intahe ya Maman wiwe/uBumuga bw’umugore wiwe
Ubuzima bwa Hosiane mutari muzi😇/natanguye gucuruza ibitumbura nkiri umwana/maze kuvyara Peshy…
Просмотров 12 тыс.Месяц назад
Ubuzima bwa Hosiane mutari muzi😇/natanguye gucuruza ibitumbura nkiri umwana/maze kuvyara Peshy…
Fablice yaraye asubiriye gutangaza abantu/Francine NIYONSABA na Sat B mu mazu ya Fablice
Просмотров 13 тыс.Месяц назад
Fablice yaraye asubiriye gutangaza abantu/Francine NIYONSABA na Sat B mu mazu ya Fablice

Комментарии

  • @user-kw1jr9rp8o
    @user-kw1jr9rp8o Час назад

    ❤❤❤❤abarundikazi❤❤❤❤ muterimbere cane

  • @user-kc8co3ys5x
    @user-kc8co3ys5x 2 часа назад

    Amina pole sana uwo mwana umukunde Hama Imana igufash kurera Abo Bana knd ivyo uvuze vyose nivyo ntaco ubeshemwo

  • @NIYONKURUNoël-u1w
    @NIYONKURUNoël-u1w 3 часа назад

    Kim yuzuye qualities!! Nice and handsome boy!!

  • @HatungimanaDieudonne-v8i
    @HatungimanaDieudonne-v8i 3 часа назад

    jew kwer nkunda de love musik

  • @angemadeleine944
    @angemadeleine944 3 часа назад

    😂😂😂❤❤❤

  • @arsenensabimana3457
    @arsenensabimana3457 5 часов назад

    Ewe vanessa sha😂 uranyish! Femmes ne sont jamais satisfaites

  • @ELBLACKC
    @ELBLACKC 6 часов назад

    Ndasarishije?? Vugisha ukuri? none navuze iki???😅🤣

  • @user-ik9mr6vy1z
    @user-ik9mr6vy1z 6 часов назад

    ewee dacia wacu 😂😂😂😂 gus love you❤❤ evryone❤❤

  • @MbeleciMukandama
    @MbeleciMukandama 6 часов назад

    None ibyo byagutwaiyo nibiki

  • @francinemiburo6162
    @francinemiburo6162 8 часов назад

    Yoooooo pole sana dada

  • @LeisurePUB-jb7zg
    @LeisurePUB-jb7zg 10 часов назад

    Vanessa hejuru cae 😅

  • @user-nq5px5dm8h
    @user-nq5px5dm8h 12 часов назад

    Ese hubwo ko numvise abesha caneee,burya impuzu aisha yamurungikanye yarazishikanye???😮😮.aranyihera akanimero ka AISHA,😂gs sinziko agafite kk ndumva ntabintu3yavuze biribyo Atari ibyo kubroka gusa 😂😂

  • @user-nq5px5dm8h
    @user-nq5px5dm8h 13 часов назад

    😂😂😂vugisha ukuri warasamaye,Wanka akazi ,wikundura barya ba dreva knd wumvise umugabo umutima wararahuka,NANCI ntakatagira guhanura,nawewe yarajubariye ngo uze agushirekukandikazi .wewe wijanye kugiporisi ,bakakwirukana ngo ujekukazi,Nancy akakubwira NGO tega taxi uze ukanka.kumbe warufisinda .wewe yarakubuza abagabo ukanka .I Gusa komera uwomwana ni mwiza uzamurere .gs rekakubesha ngowafashwekungufu.

  • @mireille2452
    @mireille2452 13 часов назад

    Hosy sintahura igituma utaririmba

  • @user-nq5px5dm8h
    @user-nq5px5dm8h 13 часов назад

    Basha ku broke nibyobyawe ntubeshe,gs ngutoyikosa kubera urikuveshya canee.uyutuma winumura .

  • @AriellaRukundorwimana
    @AriellaRukundorwimana 14 часов назад

    Hosy umependeza sana❤❤❤❤

  • @irakozeshakiru1131
    @irakozeshakiru1131 15 часов назад

    Osi komusa numutumire wawe ababona kobasa bampelike

  • @raouls4970
    @raouls4970 15 часов назад

    uwo mudame aragorana ndake

  • @zainabunahimananahimana9527
    @zainabunahimananahimana9527 15 часов назад

    Amina wew wari numunebwe ntakazi wakora amezi abiri batakwirukanye icakononeye we kigituma utwara niyonda eageze umaze gutoroka wirizamuye wigira kamenyi wew ntanimyaka myinshi wamaze ukora akozi kwoganze wigize yuko Dammam uyizi kurusha twebwe twahagutanguriye twaritumazeyo imyaka imyaka uribuka Nancy uryamukenya akazi yaturondera akazi impanuro yaduha urazi yukobitari vyemew yuko uja mubagabo mugihe uba munzuyiwe abovyakundiye yuko twihangana turashima uyumusi gusa pole ariko kubesha sicyiza uyomwana suwumwarabu wa Arabi saudite uraronderera muribarua ba chofeuri mwakeegana se umwana wobumuzi nimba utagendanye nabinshi carimwe .impanuro woha abandi nukwihangana nukumenya icagutwaaye kwatari ibusdmbanyi wajanywe nugushaka amahera uhindure ubuzima warufise kuko nabirya bigabo ubona hariya sukeo iwabo ubuzima bwifashe neza carakubititsevniyompamvu comotse iwabo kikaza gupagasa kiguteyinda ntahocokujana.

  • @zainabunahimananahimana9527
    @zainabunahimananahimana9527 16 часов назад

    Reka kubuza abantu kuja kwironderera ugiye uzi icagutwaaye kurondeza amaboko yawe uraronka twese tararondeye twibuka icatujanye twararonse harahotwavuye nahotwigejeje utwaye irari mubarabu ntacukuramwo abagenda bagende bazi ikibajanye

  • @zainabunahimananahimana9527
    @zainabunahimananahimana9527 16 часов назад

    Uko bagufasha kuko watashe atanahera ufise ntiwaribwanaheze kwubaja ufise ico agufasha tugufashe imana izobagezagira cane

  • @zainabunahimananahimana9527
    @zainabunahimananahimana9527 16 часов назад

    Ambassadeur wuburundi yubahwe nukuri imbereyuko utaha aranaguhamagara mukavugana kuri phone icokigo ntamurindi n'umwe ataha batavugdnye naw nicogihugu cunyene gihabwa phone bakayaga na Ambassadeur wigihugu ciwe nukuri reka gutukisha absyobozi sicyiza bibacintege bikazotuma abasigayeyo bashobora kibura ubufasha kubwawe ikinyoma kimara umusi ntikimara umwaka

  • @KayitesiMFides
    @KayitesiMFides 16 часов назад

    Uzomwite Shami

  • @user-nq5px5dm8h
    @user-nq5px5dm8h 16 часов назад

    😂😂gusa naringukumbuye kukubona😂😂.kwibukira kwakakajambo wakunda ngo NYAKU😂😂Kumbe yanzu warayigirishij😢😢 twaraguhanuye urindiye uyugare kowarufise inzugi ukanka,uvuga ngo eliane agukumbuje iburundi kumbe warufitinda😂😂😂 umwana numugisha peee .gs nukurimokubesha gs.nahumwana nisawa.uwo ntuzicazavamo.uzazumugaburira zabadi ,😂😂nindumi😂😂.fofo

  • @user-nq5px5dm8h
    @user-nq5px5dm8h 16 часов назад

    😂😂kutabinweye😂😂😂DARARA,Nasii yaraguhanura ureke ibyabagabo jute kukazi .ntakazi wamaraho kabiri wahitawishakira gutaha.beshyerahiyooo weee .ubundi umusaruro warigukuramo nuwo

  • @user-nq5px5dm8h
    @user-nq5px5dm8h 16 часов назад

    Aho urikwigayisha ntuziko tukuzi wee,yooo,oyagabanya ububeshi.kumbeeee,NASI Yakubwira ujekukazi ukanka ngo ushakagutaha .warufisinda😂😂.rekakubeshya SAKANA ibamo nabarundi,ntawagukubaguye,😂😂waguyekwifatisha.dufunze .gs ujya SAKANA Kuhatinda ntabirenze,hubwo nukowarimugasamo

    • @DonavineNininahazwe-bu9ub
      @DonavineNininahazwe-bu9ub Час назад

      Yabikoze neza kazima atayikuyeyo hama mureke yibereho ntampamvu yokumubeshuza Imana izomwibariza

  • @user-nq5px5dm8h
    @user-nq5px5dm8h 16 часов назад

    Niyompamvu wifatishije warufisinda😂😂.gabanya ububeshyi vugisha ukuri witwayenabi .wankagukora ukishakira baryabagabo

  • @user-nq5px5dm8h
    @user-nq5px5dm8h 16 часов назад

    Ndumiwe,gs ufitububeshyi budasanzweeee,nn se kuki mutavugisha ukuri mugeze iburundi😢😢fofo za utinya imana .ko ntacyokuvuga warufite warikunuma

  • @user-nq5px5dm8h
    @user-nq5px5dm8h 16 часов назад

    Ngahoo daaa😂😂😂😂 fofo yarabyayeee😂😂😂

  • @zainabunahimananahimana9527
    @zainabunahimananahimana9527 16 часов назад

    Uyo ntanukwezi yamaze yo ufise inda urwaye naho bos wawe yotwba kukurihira reta ya Arabi Saudite niyo ikurihira tick yindege barakunyarukieiza vuba utahe jew murico kigo nahamaze amezi 3 boss wanje yatevye kindihira nabonye vyonshi ntacoyompenda .nareke gucafuza ibihugu bigatuma uterubwoba nabari bifuza kujayo bagatinya ingero yicaha nurupfu abo mwagwndana urabazi umwana nibavyarashitse ugasama utarivyiteze ntakundi vyakore ntuzi ico azovamwo ariko imenye yuko uhemukiyw uyomwana azokura abone ivyo waeahe kqowafashwe kunguvu usange ahuye nabakuzi mwakoranye bazi ukuri bakumubwire uzobona uburemere bwikinyoma ku abazi ivyawe yuri benshi

  • @zainabunahimananahimana9527
    @zainabunahimananahimana9527 17 часов назад

    Uyumugore ndamuzi 💯 twarabana munzu imwe mugihugu ca Arabi saudite twaridupanze inzu imwe uwaturangira akazi kwomunzu numwe numukenyakazi twaba Dammam nta office twari dufise twaritwaratorotse nareke kibesha iyomwana aramizi se wiwe ndibuka duhurira muhira turi mucumba harikigabo bakututana cicarabu baguma bavugana kima video call kikaza kiramurungikira amahera mi na unite nyamuntu numwe yamufashe kinguvu aho yakoze ibwanyuma ataha sicocatumye aja kwifatisha migi police niwe yihamagariye police kuko twese twabana munzu uyo mu nyakenua yaratunira tumuhanute agaruke aranka nararke guteza urubwa igihugu cuburundi nicabandi navige ukuri iconapfuye na mabuja wiwe wanyuma namahera yamuguranye 500 .ivyoyababwiye vyose nububeshi gusa .office yamutahanye nanje niyo yantahanye ntanukwezi uahamaze kuko nikigo police ikujanamwo irafungura gatatu kumusi sasita babaha inkoko nibiharage numuceri mwojoro ninyama n'umuceri mugitondo babaha umukate nicayi na wi-fi yagusa.sha abarunidikazi ntudushima peee ukiru kirakenewe pe

  • @Hunterdonyhn
    @Hunterdonyhn 20 часов назад

    None vanessa ko yavuze ngo umugore arongorwa neza ibindi vyose yovyohanganira, wewe katihanganye kandi wumva hariya yari ok?

  • @Eric-wi7je
    @Eric-wi7je 22 часа назад

    Ku musaga turi abagamba tuvuze iguswahiri inka zoca zipfa.

  • @user-qw9pz9ci8n
    @user-qw9pz9ci8n День назад

    Arik wew war mubarabar rek kubesh abant 😮😮😊

  • @nonokaymanirakiza9801
    @nonokaymanirakiza9801 День назад

    ✊✅👌💯

  • @agrippinendabagiriye1476
    @agrippinendabagiriye1476 День назад

    Mbe uyo mwana afise imyaka ingahe. Nkuworonka uduhuzu akatumuha.

  • @Dige-lz1jd
    @Dige-lz1jd День назад

    Imana ikorohereza😢warakomereste

  • @Twese.01
    @Twese.01 День назад

    Ababona ko Hosy asa na Benise ampe likes.

  • @user-vo8mr4tj8k
    @user-vo8mr4tj8k День назад

    Ndabakunda cnee

  • @alineigiraneza1523
    @alineigiraneza1523 День назад

    Uyo araciye umbwenge cane

  • @HusenNsengiyumva
    @HusenNsengiyumva День назад

    Ndi umunyarwanda ark nkunda ukuntu abarundikazi bavuga ubawumva biteye emotions oooh ❤❤❤❤

    • @irakozeshakiru1131
      @irakozeshakiru1131 15 часов назад

      😂😂😂😂😂shaa unkreye umusi kweli emotions duteye ahubgo abanya Rwanda muvuganeza cane❤

  • @maniratungaaliser9586
    @maniratungaaliser9586 День назад

    Sioni yihagane kukwigisha Mumahaga ntihagire icumvamwo jewe imba America ibaze nkumwana wawe hokwigira ibintu bifese akamaro ivyo naho warikguma gaho warikuvyiga ariko sowawe yarahejeje ahiwe hasigaye ahawe nukuri ntaco watuzaniye

  • @DestineNISHIMWE
    @DestineNISHIMWE День назад

    Ikiganiro cari kiryoshe ariko ikibabaje nimwarimvye indirimbo yikirundi kandi murabarundi 😔tezimbere umuziki ndundi barihana nibabazi 😅

  • @mreamalaremi8860
    @mreamalaremi8860 День назад

    😢😢❤❤❤😢😢😢

  • @user-io2vh6mu4w
    @user-io2vh6mu4w День назад

    Mana nduwiwe kefa kumbe iyo niyo wibereye kweri imana ikomeze kubagurira imbibe gusa uranyishi ngo aha ninde ahadandariza nyene mukirundi😂😂😂❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉

  • @AliFaxi-Mille
    @AliFaxi-Mille День назад

    Ndinkawew nari kumwita izina ryabarabu nyen sheha Alnodi haya munilla Rama Fathum benivyo bizina

  • @AliFaxi-Mille
    @AliFaxi-Mille День назад

    Pole sana cank nuwo mushoferi bahamagaye yagufashe kungumv mpole gusa uwomwana nimwiza cane vrm

  • @NehemieNdayisenga-cn2pb
    @NehemieNdayisenga-cn2pb День назад

    Hosy tu me fais plaire vraiment, tu m'inspire de voyager

  • @LauraBenithaAKIMANA
    @LauraBenithaAKIMANA День назад

    noz kurab hosy

  • @kavaofficial203
    @kavaofficial203 День назад

    Uwo mu Dj avuga cokimwe ga Christian Nsavye akora kuri Radio Isanganiro ikindi baranasa cane bafitanye agashusho

    • @nsavyekwizerasonia8417
      @nsavyekwizerasonia8417 День назад

      Kweri reka ndamurabe😂

    • @kavaofficial203
      @kavaofficial203 9 часов назад

      @@nsavyekwizerasonia8417 nturabwamubone Christian Nsavye uko kwasa Mada bafitanye agashushe irabire nawe mwiza urabwira😂